Kubw’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye, nta munyagihugu ashobora kuburanya leta ngo ayitsinde kuko idashobora kwicira rubi. Abize ibijanye n’amategeko basigura gute iyo mvugo y’umukuru w’Igihugu? Ni izihe ngaruka ayo majambo ashobora kuzana?
Amakuru
9 février 2022