Amakuru
4 février 2021

Igice c’intahe y’ivyashikiye Lydia Ininahazwe Sentamo

Igice c’intahe y’ivyashikiye Lydia Ininahazwe Sentamo, ari navyo vyamutumye yandika igitabo yise « La cicatrice » , bisigura inkovu. Avuga ivyamushikiye inyuma y’igandagurwa rya se wiwe Englebert Sentamo mu 1993, ico gihe akaba yari buramatari w’intara ya Karusi.