Leta yararanguye ibikorwa bitari bike kugira ibijanye n’ibiza bigabanuke mu gihugu. Nayo abatari bake abakozweko n’ivyo biza nk’imyuzurira y’amazi canke isiduka ry’imisozi barashitsweko vyihuta. Biri mu vyashikirijwe na Gervais Ndirakobuca, umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu n’umutekano mu gihe buca hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe kurwanya ingaruka ziva kubiza.
Amakuru
12 octobre 2021