Abarovyi bo mu Rumonge bahamagarirwa kwubahiriza amategeko. Ivyo bisabwa n’umushikiranganj wa Mbere. Gervais Ndirakobuca yari yagendeye ku munsi wa gatatu iyo ntara mw’isekeza ariko akora ku bategetsi batandukanye kugira batsimbataze intwaro ibereye. Akaba yategetse ko abarovyi badasubira gutoza amafaranga ku bo basangiye umwuga.
Amakuru
17 novembre 2022