Abarundi bakwiye guhinduka bakubaha amategeko, mbere bagakingira n’itunga rusangi. Vyashikirijwe n’umushikiranganji wa Mbere Gervais Ndirakobuca mu nama yagiranye n’abajejwe intwaro hamwe n’abarongoye imirimo itandukanye yo mu ntara ya Muyinga. Hari ku munsi wa gatatu.
Amakuru
11 novembre 2022
