Abanyagihugu bategerezwa kwubahirizwa n’abategetsi. Ako ni akamo katewe ku munsi wa kane n’umushikiranganji wa Mbere. Hari mw’isekeza Gervais Ndirakobuca ariko arakora ryo guhamagarira indongozi kwigenza neza. Kuri we, ibibanza ivyo ndongozi zirimwo zibikesha abo banyagihugu.
Amakuru
11 novembre 2022