Amakuru
11 mars 2022

Vestine Nahimana, niwe aramutswa urwego CNC. Ni iki gishasha azanye ?

Urwego rw’igihugu rujejwe kuraba uko ibimenyeshamakuru bikora (CNC) ruramutswa Vestine Nahimana yatowe kuri uyu wa gatatu. Vestine Nahimana akaba yamenyesheje ko agiye gukorana n’ibimenyeshamakuru kugira bifashe mw’iterambere ry’igihugu.