Gufasha imirwi y’abakobwa gutera imbere mu rukino rw’umupira w’amaguru hamwe no kuduza agashirukabute ku murwi uzoshobora kuba uwa mbere mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi, kakava ku miliyoni mirongo itatu kakaja ku miliyoni mirongo itanu. Ivyo ni bimwe mu migambi ya Alexandre Muyenge, umukandida umwe rudende asanzwe ariko aritoza mu kibanza co kurongora ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi. Amatora akazoba kw’igenekerezo rya 5 Kigarama uyu mwaka.
Amakuru
24 novembre 2021