Amakuru
31 août 2022

Uruhara rw’Inama y’ibihugu vyunze ubumwe ku bijanye n’agateka ka zina muntu

Ni uruhe ruhara rw’Inama ijejwe agateka ka zina muntu ya ONU mw’iyubahirizwa ry’agateka ka zina muntu muri rusangi, na cane cane ak’abakenyezi ? Ico ni co kibazo cishurwa mu rukurikirane rw’ikiganiro « Agateka k’abakenyezi », c’umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano.