Amakuru
22 janvier 2021

Umwizero uriko uribonekeza mu bihugu bimwe bimwe vya Afrika, aho bavugako urucanco rwa Covid-19 rushobora kuboneka mu minsi iza

Umwizero uriko uribonekeza mu bihugu bimwe bimwe vya Afrika, aho bavugako urucanco rwa Covid-19 rushobora kuboneka mu minsi iza. Ariko muri ico gihe nyene, ibihe biriko birakomera ahandi, na cane cane ko havugwa ubwoko bushasha bw’uwo mugera. Ariko rero n’ahandi kw’isi, ibintu bisa n’ibitoroshe.