Amakuru
6 juin 2023

Umuti wo guheza imirwi yitwaje ibirwanisho mu Burundi ni ibiganiro si ibihano

Kwaka ibirwanisho imirwi y’abanyamahanga muri Republika iharanira demokarasi ya Congo no kuyisubiza mu bihugu vyayo, ni kimwe mu vyapfunditswe n’abakuru b’Ibihugu vyo mu muryango wa Afrika y’ubuseruko mu nama idasanzwe igira iya 21 iheruka kubera i Bujumbura. Ariko bamwe mu banyepolitike babona ko abakuru b’Ibihugu b’akarere bama bariko barata umwanya muri ayo manama ngo bariko barondera amahoro.

None inyishu yoba iyihe dufatiye ku Burundi ?