Nta muntu n’umwe yari akwiye gupfungwa ataragirirwa n’icaha. Bivugwa na Jérémie Minani, yize amategeko. Avuga ko ingingo y’ubushikiranganji bw’Ubutungane yo kureka abantu bagirizwa ivyaha bito bito bakazoja baraburana bidegemvya, ije iteba, kuko vyari bisanzwe ari vyo bitegekanijwe n’amategeko.
Amakuru
25 janvier 2023