Amakuru
16 avril 2024

Umukuru w’Igihugu yaragaye Abarundi mu kuvuga ko amatora azoba adakumira (F. Bamvuginyumvira)

Umukuru w’Igihugu yaratanguje isekeza yise iry’inyigisho y’ingendo izoranga Abarundi mu matora yo mu 2025. Ku bwa Evariste Ndayishimiye, amatora azogenda neza kandi na bimwe mu vyangombwa kugira atunganywe birahari.

Bamwe mu banyepolitike babona gute ayo majambo ?