Umuganwa Ludoviko Rwagasore, incungu y’Uburundi, ngo ntakindi yipfuriza Abarundi atari ubwigenge n’iterambere. Ivyo ni ibishikirizwa n’umunyepolitike Alphonse Rugambarara. Uwo mushakashatsi mu bijanye na kahise k’Uburundi akabivuga afatiye ku migambi yamakoperative Rwagasore yari afise kugira Abarundi bakorere mu bumwe, bashike kw’iterambere.
Amakuru
3 juillet 2021