Amakuru
22 mars 2021

Umugambwe FNL urashigikiye ingingo y’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mu gutuza abanyuruza n’abasesagura amatungo ya leta

Umugambwe FNL urashigikiye ingingo y’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye mu gutuza abanyuruza n’abasesagura amatungo ya leta. Kubwa Jacques Bigirimana awurongoye, ngo abari bafise uwo mugambi bakwiye kumenya ko ata kibanza bafise mu gihugu.