Abanyagihugu bo mu Rwanda baratanguye gukingirwa ikiza ca Covid-19. Isekeza ryatanguye kuri uyu w’Imana uheze. Urwanda rukaba rubaye mu bihugu vya mbere ku mugabane wa Afrika bitanguje ico gikorwa. Ariko rero uwo mugabane ufise ikibazo gikomeye c’uburyo kugira kizoshobore gukingira Abanyafrika bose.
Amakuru
16 février 2021