Abanyagihugu bari bakwiye kwirinda kunywa itabi kuko ari inkwezi y’urupfu. Vyashikirijwe na muganga Sylvie Nzeyimana, umushikiranganji w’Amagara y’abantu, hari kuri uyu wa kabiri ku munsi mpuzamakungu wahariwe kurwanya itabi. Sylvie Nzeyimana yahamagariye abanyagihugu kugira urunani rwo kurwanya itabi mu kwigisha no kujijura abantu ngo bamenye ingaruka z’itabi ku magara yabo.
Amakuru
2 juin 2022