Amakuru
13 février 2021

Uko umwaka utashe, igenekerezo rya 13 Ruhuhuma, amakungu arahimbaza umunsi wahariwe iradiyo

Uko umwaka utashe, igenekerezo rya 13 Ruhuhuma, amakungu arahimbaza umunsi wahariwe iradiyo. Uburundi bwahimbaje uyo munsi ku civugo kivuga ngo « Iradiyo, ikimenyeshamakuru citaho ivyo abanyagihugu bipfuza ». Marie Chantal Nijimbere umushikiranganji   ajejwe ivyo kumenyesha amakuru, avuga ko iradiyo ifise akamaro kanini mu gihugu.