Ubwicanyi bwasubiye kuba ndanse mu Burundi. Ibiziga vy’abantu bapfuye bishwe bimaze iminsi bitorwa ku bwinshi hirya no hino mu gihugu. Imvo za politike kenshi akaba ari zo zivugwa ko ziri inyuma y’ubwo bwicanyi. Twitter Facebook LinkedIn Pinterest E-mail WhatsApp