Ntibikiri ibanga, mu bice bitandukanye vy’igihugu, abajejwe intwaro barivanga mu gikorwa c’ubutungane, nk’uko bibonekera mu nyandiko zihanahanwa hagati ya ba buramatari na ba musitanteri. Iruhande y’izo nyandiko, imyidogo ni myinshi mu banyagihugu, aho bidogera Imbonerakure ko zihagarika abantu ata camira kandi ata burenganzira babifitiye, abajejwe intwaro barorera canke naho bakabashigikira.
Amakuru
28 août 2021