Uburundi buri mu kibanza ca 5 mu karere ka Afrika y’ubuseruko mu bijanye n’ingene amahoro yifashe muri ivyo bihugu ku bw’icegeranyo c’ikigo Institute for economics and peace giherutse gusohoka.
Kubera iki Uburundi burusha amahoro ibihugu bibiri gusa mu karere ?
Ico kigo mpuzamakungu gifatira kuki mu gushinga urwo rutonde ?