Nayo ugushaka kw’ubutegetsi bwa CNDD-FDD bw’ugukuraho kugabanganya ubutegetsi bifatiye ku bitigiri vy’amoko mu nzego, Karoli Nditije abona ko ico gihe kitari bwagere kubera ko Uburundi bugisinzikajwe n’amacakubiri. Twitter Facebook LinkedIn Pinterest E-mail WhatsApp