Agriculture
28 mars 2023

Uburimyi budakozwe kijambere ntibushobora guteza imbere Abarundi

Abarundi bose ata wuvuyemwo, bahamagarirwa kwijukira uburimyi n’ubworozi kugira icipfuzo c’umukuru w’Igihugu c’uko umunwa wose woronka ico urya, umufuko na wo ukaronka amafaranga, gishobore kuba ukuri mu gihugu. Ako kamo katewe inyuma y’umubonano wahuje ku munsi wa gatatu Evariste Ndayishimiye na ba buramatari bo mu gihugu cose.

Izo ngingo zoba zikwiye kugira hagire igihinduka ku mwimbu w’igihugu ?

Abakurikirana ibijanye n’ubutunzi, bo, batanga intererano izihe ?