Amakuru
22 janvier 2022

Ubukene bw’umukenyezi bukomoka ku kudahabwa agaciro mu muryango

Ubukene bwiziziye abakenyezi n’abigeme n’ico bokora kugira baburwanye. Nivyo mukurikirana uno munsi mu kiganiro « Agateka k’umukenyezi » c’Umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano. Marie Louise Baricako, arongoye uwo muhari, arasaba abakenyezi b’Abarundikazi gukora mu buryo bwose bushobotse kugira bashobore kwiteza imbere.