Amahoro arama ngo ntashoboka mu gihe abakenyezi n’abigeme bagikumiriwe. Bivugwa na Lise Baricako, umunywanyi w’umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano, mu rukurikirane rw’ikiganiro « Agateka k’umukenyezi ». Umuhari Inamahoro umenyesha ko inama ya ONU ijejwe amahoro n’umutekano yemeje ingingo ya 13-25 mu mwaka w’2000 iha uburenganzira abakenyezi kugira uruhara mu kugarukana amahoro.
Amakuru
5 novembre 2021