Abanyagihugu bamaze amezi arenga atatu bari mu bibazo vy’iduga ry’ibiciro mu mpande zose z’igihugu. Vyaturutse ku bukene bw’igitoro butaratorerwa umuti gushika n’uno munsi. Leta ariko nta nyishu ihumuriza itanga ku banyagihugu. Ni mu runani rw’ibimenyeshamakuru Radiyo inzamba, Radiyo RPA na Télévison Renaissance, mu kiganiro « Karahara mu ruganda ntibacura ».
Amakuru
30 avril 2022