Nta migenderanire ishobora gusubira mu gihe Uburundi butujuje ibisabwa. Mw’ikete abashingamateka b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya bandikiye uwujejwe imigenderanire w’iryo shirahamwe, bashimikira ko igihugu kikirangwa n’ihonyangwa ridasanzwe ry’agateka ka zina muntu, harimwo ubwicanyi, ipfungwa ridakurikije amategeko, ubutungane butigenga utibagiye ukutigenga mu gushikiriza amakuru.
Amakuru
6 février 2021