Amakuru
5 mars 2024

Nta butungane bwigenga buhari mu Burundi, ni ubutungane bukoreshwa na CNDD-FDD (RED-Tabara)

Amadosiye abiri aheruka kwugururwa kugira hakurikiranwe abishe abanyagihugu i Buringa no mu Gatumba. Ivyo vyashikirijwe n’umushikirizamanza kizigenza wa Republika inyuma y’ibitero vy’umuhari RED-Tabara muri ayo mazone abiri.

Mbega ayo matohoza ubutungane bw’Uburundi buvuga ko bwatanguje, hari ico azomarira igihugu n’abanyagihugu ?