Umurwi ujejwe kumenya ukuri no kurekuriranira CVR nta bubasha na bumwe ufise bwo kuvuga ko ubwicanyi bwabaye mu 1972 bwitwa ihonyabwoko ryakorewe Abahutu. Bivugwa na Dieudonné Bashirahishize, umwe mu bagize urunani rw’abashingwamanza baburanira abakorewe amabi ahanwa na sentare mpuzamakungu mpanavyaha mu Burundi (CAVIB). Avuga kandi ko umugambwe uri ku butegetsi uriko usubiza inyuma kwa kuri no kunywana Abarundi bari biteze.
Amakuru
31 décembre 2021