Amakuru
1 février 2022

Ni gute ibitigiri vy’abandura Malariya n’abicwa n’ico kiza vyogabanuka?

Indwara ya Malariya iri mu ndwara zihitana abantu benshi mu Burundi. Ibice birenga 50% vy’abapfira kwa muganga baba bahitanywe n’iyo ndwara. Mbega none ni iki gituma iyo ndwara ibica bigacika? Hokorwa iki kugira iranduranwe n’imizi? Ni kuri ibi bibazo umuhinga muvy’amagara y’abantu Come Konakuze yishurako. Hari mu kiganiro « Karahara mu ruganda ntibacura ».