Amakuru
6 février 2023

Mu Burundi haracariho amacakubiri y’ubwoko n’aho hariho Amasezerano y’ubumwe

Ku wa 5 Ruhuhuma uko umwaka utashe, Abarundi barahimbaza umunsi mukuru w’ubumwe bw’Abarundi, ukomoka ku masezerano y’Ubumwe bw’Abarundi yateweko igikumu akongera akemezwa n’Abarundi mu mwaka w’1991.
Inyuma y’imyaka 32, ayo masezerano yoba yarashoboye gutuma Abarundi barengera amacakubiri bakubaka Uburundi bwubahiriza kiremwa muntu wese ?