Amakuru
15 février 2023

Leta ntifise uburenganzira bwo gusaba itahukanwa ku nguvu ry’abagirizwa guhirika ubutegetsi mu 2015

Kugira imigenderanire hagati y’Uburundi n’Urwanda inaguke neza, igihugu c’Urwanda gitegerezwa kurungika mu Burundi abagerageje guhirika ubutegetsi mu 2015 ku bwa Albert Shingiro, umushikiranganji ajejwe Imigenderanire hagati y’Uburundi n’amakungu.
Abanyepolitike bavuga iki kuri iyo mvugo ya leta y’Uburundi ?