Amakuru
19 décembre 2023

Leta itegerezwa gukoranya abahinga kugira ivavanure n’ibura ry’igitoro (PARCEM)

Ikibazo c’igitoro gisa n’icabaye akayoberabahinga mu Burundi, haraheze igihe kiza kirisubiriza. Muri ino minsi mu gisagara ca Bujumbura ku ma stations amwe amwe, uhasanga imirongo miremire cane y’imodoka zitondeye igitoro.

Ni izihe ngaruka z’iryo kena ry’igitoro ku banyagihugu ?

Ni izihe ngingo leta yofata kugira itorere umuti urama ikibazo c’ubukene bw’igitoro ?