Amakuru
7 mars 2023

Leta ishaka kurwanya ivyo kubika amafaranga mu mazu, yoshiraho icuka ciza mu rudandazwa

Umukuru w’Igihugu c’Uburundi yavuze ko ariko aritegura kugira amafaranga yanyegejwe mu mazu n’abantu ahinduke ibipapuro. Evariste Ndayishimiye avuga kandi ko iyindi nyishu yo kuduza ubutunzi bw’igihugu ari ugusaka ayo mafaranga y’igihugu akayagaruza.

Abize ibijanye n’ubutunzi baha iyihe nsiguro ayo majambo y’umukuru w’Igihugu ?