Amakuru
1 août 2021

Kwororera mu mpongore ni ntabanduka

Ingingo yo kwororera mu ruhongore ni ntabanduka. Umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi yabimenyesheje kuri uyu wa kane mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru. Ariko yamenyesheje ko abafise amatongo manini bashobora kuyazitira bakororeramwo ibitungwa vyabo ivyo bita ama « paddocks ».