Amakuru
14 septembre 2022

Kw’Īsôko: Urwego rw’abahuza ruzohora rwakira imanza z’amatati ku mitumba hamwe no mu ma karitiye

Abarundi baraye batoye abitwa abahuza ku mitumba no mu ma karitiye mu gihugu cose. Abo bahuza bazokwakira amatati bagire ico bayavuzeko, bumvikanishe abatase, binaniranye abatase bazoshobora kwitura Sentare.

Abatoye bisunze iki ?

Ayo matora yatunganijwe gute ?