Muri ino myaka 5 iheze, umwimbu w’icayi ushorwa mu makungu waragabanutse ku rugero rw’ibice 20%. Bamwe mu barimyi baremeza ko biva ku kuntu batacitaho icayi kuko ata kamaro kibafitiye.
Ni iki cokorwa kugira hagarukirwe ico giterwa gisanzwe ari kimwe mu biza imbere mu kwinjiza amafranga y’agaciro mu gihugu?
Ni iki cokorwa kugira hagarukirwe ico giterwa gisanzwe ari kimwe mu biza imbere mu kwinjiza amafranga y’agaciro mu gihugu?