Amakuru
8 juin 2022

Kw’Īsôko : Uko amatongo n’imizibukiro vyifashe mu Burundi

Ukudatunganya neza ibijanye n’amatongo bituma igihugu gihomba iterambere. Abahinga mu bijanye n’amatongo n’ayandi matungo basigura ko bishika ko leta canke abanyagihugu bahahombera, na cane cane hageze gutanga imizibukiro. Urunani rw’ibimenyeshamakuru Radiyo Inzamba, Radiyo RPA na Télé Renaissance rugaruka ku ruganda rujanye n’amatongo n’iterambere ruheruka gutunganywa muri Kaminuza y’Uburundi, rwari rujanye n’iterambere mu vy’ubutunzi hamwe n’ingene leta yimura mu matongo abanyagihugu.