Amakuru
11 janvier 2022

Kw’Īsôko : Ni ubuhe bubasha bw’ubutungane bw’Uburundi ku bwicanyi bw’ihonyabwoko ?

Inyuma yo kwemezwa n’umurwi CVR ko habaye ihonyabwoko ryakorewe Abahutu mu 1972, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye aheruka kuvuga ko n’ubutungane bw’Uburundi bufise ububasha bwo guhana abakoze ihonyabwoko.
Ni iki ubutungane bwavuzwe n’umukuru w’igihugu butegekanya mu vyaha nk’ivyo?