Amakuru
19 janvier 2022

Kw’Īsôko : Ni gute abanyeshure bayobewe ikibazo ca leta c’ishure nshingiro babandanya ubuzima ?

Ku mwaka ku mwaka inyuma y’ikibazo ca leta c’ishure nshingiro, hari abanyeshure benshi badaheza ngo babandanya amashure inyuma yo kuyoberwa ico kibazo. Abo nabo ntibaheza ngo basubire bakurikiranwe.
Ibitigiri vya vuba bitangwa n’ubushikiranganji bw’Indero ku mwaka w’2020 vyerekana ko abanyeshure bakoze ikibazo ca leta mw’ishure nshingiro bamenye ku bice 62.8%.