Amakuru
27 avril 2022

Kw’Īsôko : Ni akahe kamaro ko gukorera hamwe kw’amashure ?

Aba yashize hamwe abigisha, ibikoresho n’inyigisho mu ntumbero yo guteza imbere indero. Amashure ashizwe mu murwi, ivyo bita « réseaux scolaires », yisunga itegeko nshikiranganji ryo ku wa 19 Kigarama 2019.

Ugushira mu murwi amashure hari ico kuriko kurafasha mu ndero vy’ukuri ?

Abigisha hamwe n’abahinga mu vy’indero babivugako iki ?