Amakuru
21 septembre 2022

Kw’Īsôko: Leta isaba abarongoye amashure y’uburaro kurima amatongo y’ishure kugira inzara ihere mu banyeshure

Inyuma y’iminsi mike umwaka w’ishure w’2022-2023 utanguye, amashure amwe amwe y’indaro amenyesha ko afise ibibazo vyo gufungurira abanyeshure mu ntara zitandukanye z’igihugu. Abarongoye amashure bamenyesha ko amafaranga leta itanga aguma ari make.

Ico kibazo ubushikiranganji bw’Indero bucakira gute ?

Inyishu zitangwa zoba zirashe ?