Icegeranyo cawo cafashwe n’Inama nshingamateka ko gihengamye kandi kidakwiye. Umurwi ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH washikirije ico cegeranyo c’umwaka w’2021 ku munsi wa kane igenekerezo rya 17 Ruhuhuma 2022. Bukaba bwari ubwa mbere uwo murwi urongowe na Sixte Vigny Nimuraba wemanga ko hari Abarundi bicwa, abandi bakanyuruzwa n’abari mu nzego za Leta.
Abize ivy’amategeko babivugako iki?
Abize ivy’amategeko babivugako iki?