Mu kiganiro « Kw’Īsôko » c’uno munsi, duca irya n’ino itunganywa ry’inama rukokoma mu gisata c’indero mu Burundi, inama itegekanijwe uyu mwaka. Intumbero ikaba ari iyo gutorera inyishu ibibazo bihanze ico gisata muri rusangi.
Amakuru
15 février 2022