Société
9 décembre 2020

Kw’Īsôko : Haracibonekeza abana bavukana umugera wa SIDA mu Burundi

Abavyeyi bacanduza abana bibarutse umugera wa Sida, nta nsiguro bafise. Ubu mbere baba bafashe minenerwe ubuzima bw’abo bibarutse kuko uno munsi ntaco batazi kijanye no gukingira abana bibarutse.