Amakuru
22 décembre 2021

Kw’Īsôko : Guha ba musitanteri ubugenduzi bw’abarimu vyorwiza akajagari

Abarongoye ama komine nibo bagiye kuba abakoresha b’abakozi ba leta bakorera muri ayo ma komine. Umukozi wa leta wese azoza arasuzumwa na musitanteri. Iyo ngingo yafashwe na Dr Thaddée Ndikumana, umushikiranganji w’Abakozi ba leta.