Abafise amatongo muri bo, bafise mato cane mu Burundi. Iyo ngorane Abatwa bayimaranye igihe kirekire mu gihugu itongo rifatwa nk’imwe mu nkingi zikomeye zo kubaho no gutera imbere.
Iyo ngorane yotorerwa umuti gute ?