Société
23 novembre 2021

Kw’Īsôko : Abanyagisagara babwirizwa kwatsa amatara ku ngo zabo

Mu nama yagiranye n’abaserukira abandi mu ntwaro hagati mu kwezi kwa Nyakanga 2021, umukuru w’igisagara ca Bujumbura Jimmy Hatungimana yarashizeho ihadabu rigera ku bihumbi ijana ku munyagisagara wese atazoshira itara ribonesha kw’ibarabara rusangi.