Amakuru
9 mars 2021

Kwemera ikibi nico cambere cofasha kugitorera inyishu

Ntivyumvikana guhakana ihonyangwa ry’agateka ka zina muntu mu Burundi, uhereye kuri Leta, kandi ari ibintu bibonwa na bose. Ivyo bivugwa na Eugène Nindorera, yahoze ari umushikiranganji w’agateka ka zina muntu. Kuri we, ngo kwemera ikibi nico cambere cofasha kugitorera inyishu.