Inyifato y’uwurongoye inama nshingamateka irerekana neza ko adafise ubushobozi mu bijanye na politike n’intwaro rusangi kugira arongore urwo rwego. Bivugwa na Karori Nditije, yahoze ari umushingamateka, akabona ko inyifato ya Gélase Ndabirabe yiganjemwo ukutihanganirana muri politike vyamye biranga umugambwe CNDD-FDD.
Amakuru
29 mai 2021